107.Almsgiving

  1. Mbega wamubonye umwe ahakana idini ry’Imana
  2. Uyo n’umwe asunika impfuvyi
  3. Kandi ntiyitaho kugaburira aboro
  4. Rero ibihano bikaze cane bizoba shikira abantu basenga
  5. Batitaho kumategeko y’amasengesho yabo
  6. Abagira ivyo bikorwa vyabo kugira ngo biyereka kubantu gusa
  7. Nabo n’abima imfashanyo zabo kubazikeneye