108.Abundance

  1. Mu vy’ukuri twaguhaye imigisha myinshi cane
  2. Rero n’usenge kubera Umuremyi wawe, kandi ubage kubera Umuremyi wawe
  3. Mu vy’ukuri umwansi wawe niwe azoba imfuvyi