109.The Disbelievers

  1. Vuga uti:- mwebwe bahakanyi b’Imana y’ukuri
  2. Jewe si nsenga ivyo musenga
  3. Na mwebwe ntimusenga uwo nsenga
  4. Kandi sinzo senga ico musenga
  5. Namwe ntimuzo senga uwo nsenga
  6. Mwebwe mufise idini ryanyu, nanje mfise idini ryanje