111.The Palm Fibre

  1. Hari uguhona kw’amaboko abiri ya Abuu lahhabi, nawe akaba yarahonejwe
  2. Amatungo yiwe ntaco azo mumarira, canke ivyo yaronkeye ngaha kw’Isi
  3. Azo kwinjira mu muriro udahera waka urubeya runiniya cane
  4. N’umukenyezi wiwe yatwara inkwi z’urwanko
  5. Mw’izosi ry’iwe hariho umugozi uzinshwe