112.Sincerity

  1. Vuga uti:- niyo Mana imwe rudende gusa
  2. Imana yonyene gusa niyo ikwiriwe kwizigirwa
  3. Ntiyavyaye canke ntiyavutse
  4. Kandi ntifise uwo bisa nayo n’umwe