114.Mankind

  1. Vuga uti:- ndikinze ku Muremyi w’abantu bose
  2. Umwami w’abantu bose
  3. Asengwa n’abantu bose
  4. N’ishari ry’uwushira impungenge n’ugusubira inyuma
  5. N’uwushiraho izo mpungenge mu mitima y’abantu
  6. Nayo ni mubisigo hamwe n’abantu